U Burundi bukomeje kunywana na FDLR//Amaherezo azaba ayahe?
U Burundi bukomeje kunywana na FDLR//Amaherezo azaba ayahe?
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@fabienbazatsinda6812 Says:
None agomba gusaba nde uburenganzira bwo kunywana n'uwo ashaka ? N'ubwo yanywana na shitani ibyo ni akazi ke.
@diomedendikumagenge3240 Says:
Fdrl ntibaho iyo nimitwe yo kugira muteze akajagari, kuko mwebwe abanyarwanda muri barusahuriramunduru
@HavyarimanaJeanclaude-c9s Says:
Nimwemange karabaye musigaye mumeze nkintare itagiramenyo bavuga ko ibaribihanga namwumuti wanyu warabonetse muvyanke muvyemere muzowunwa tu nahurura
@Batahesaleh-uy1xr Says:
Ngo hageze uvira hewe aho yavugiye nyeka Uvira iba yarafashwe 😂😂😂😂 kumajambo yawe😂😂😂 nyeka kisekhedi aba yarapfuye canke mwarafashe igihugu nka 1996 😂😂😂😂
@ck2497 Says:
I love Tite for his analysis capacity ❤❤❤
@Batahesaleh-uy1xr Says:
😂😂😂😂 hewe harya muzovayo ndabarahiye ariko ngo mushaka Uburundi ko buvayo MWe muveyo😂😂😂😂 reka reka ivyashitse 1996 bagiriza président Ntibantunganye ngo Ni FDLR kubera Buyoya agaruke ubu vyararangiye harya kumupaka wacu nta munyarwanda ndukeneye Uvira ni umutima wa Bujumbura rero umutekano wacu ni ishingano ryacu😂😂😂😂 Never kubita izo bandi
@Batahesaleh-uy1xr Says:
😂😂😂😂 hampa mwaje mukazikura mu Burundi😂😂😂😂 hewe iyo FDLR ni coltan none barigukubita ahababaza NGO Never 😂😂😂😂 Never kubita ahababaza kuko warabakubise
@bizomenyimanaelias5455 Says:
Never turakwemera cane wakubise ahababaza abanyarwanda baguma bakuvuga buri kanya biboneka kwinyungu zurwanda wazikubise ishuti
@UwambajeTheresa-yh9uc Says:
Sinakubwiye. Ko. Neva. Atagira. Ukuri. Ahubwo. Namayeri.

More News Videos