Home > IGIHE TV > News LIGHT NEXT 28 0 Please login to vote. Sign In TV MORE IGIHE TV Copy Embed Code Gusenya FDLR, Ibiganiro by'Abanye-Congo//MONUSCO n'Agahenge ka Luanda; Tshisekedi mu gihirahiro Umutwaro ku basore, gucana inyuma no gutendeka|| Uruhande rwa Saint Valentin rutavugwa Ubuzima bw&;abavuye i Iwawa || Bahindutse ba rwiyemezamirimo || Umutungo wa miliyoni 35 Frw Moses wa Moshions ashobora gufungwa indi myaka itatu// Umucamanza yamuhaye amahirwe ya nyuma Impinduka ni zose i Goma|| Twayisuye nyuma y&;umwaka igenzurwa na AFC/M23 Ndayishimiye yatangiye kuyobora AU|| Azasiga nkuru ki? Bapfuye vuba ndetse bidasanzwe | Barahumye | Ubuhamya ku mpfu z&;abantu 21 bazize inzoga Ibyo wamenya ku kirwa cya Iwawa|| Twagisuye|| Ubuzima bw&;abariyo Monetary Policy Committee and Financial Stability Committee || Kigali, 19 February 2026 U Burundi buragana mu manga || Ndayishimiye yasenye ubukungu bw'igihugu IGIHE TV 2957 Videos / 2401939 Views 0.03% 607#Likes Sep 03,2025 News By IGIHE TV 0 Comments Screenshots U Burundi buragana mu manga || Ndayishimiye yasenye ubukungu bw'igihugu Show more News PREV Akari ku mutima w'abanyeshuri bahize abandi mu bizamini bya Leta IGIHE TV Feb 27,2026 NEXT Umusaruro wa SchoolGEAR mu kwishyura amafaranga y'ishuri|| Yaciye uburiganya IGIHE TV Feb 27,2026 Advertisement LEAVE YOUR COMMENT YOUTUBE COMMENTS @the_archiv Says: Mwagiye mureka guharabika koko @niyomuremyinoe2201 Says: Mu mpanga @MbonihankuyeElie Says: Murabicanyi @MbonihankuyeElie Says: Ko uburundi bubarwaje, burya turavuksna? Nimutere ibabs ryanyuma kuko muragiye. @MbonihankuyeElie Says: Mwebwe muraryaye mumitwe. Amacakubiri yanyu azobahitana. Raba ivyanyu mureke uburundi kuko turumuti wanyu. Tuvyonge mwibonereko. @LeoPapy-y8r Says: Harya ngo mushaka ko nu Burundi butegekwa n'abatutsi @LeoPapy-y8r Says: Mwagiye muvuga kugihugu cyanyu cyu Rwanda mwa nyenzi mwe @richardhateg8662 Says: Mufise ideologies nta burundi bufise amacakubiri yamaoko mwebwe irwanda gusumba uburundi. Bafise ubumwe bukwiye ahubwo nikibazo ca economies gusa. @menyaubuzima1240 Says: Umugabo bwa yicara arocangwa ku bibazo byabaturanyi kandi ntacyo yabikoraho @damasndayishimiye5103 Says: Ubutunzi si ivyo bibuga vyindege stade amabarabara n'ibindi umunyagihugu ashonje, wapi twara hiyo. Nivyo turafise ingorane mubuyobozi ariko namw ntakirenze kuburyo mwakora ikiganiro nk'ico kuburundi bwafatiw n'ibihano @NsavyimanaSamuel Says: Intambara yokumena amaraso yarabananiy nimwe bambere mukarere mufise imbuga zo gutukana ubunaho mwihaye intego yokwangisha abarundi iwabo nababo? Tubana nigihugu kibi ndabivuze @bizashira2108 Says: 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Muzagerageze muvuge ibya hano iwacu! Yewe, nta mupfu winukira koko! Izi analysis zushingiye ku rwango n' ingengabitekerezo mbi mufite ku Burundi na Ndayishimiye vy' umwihariko. @descendentofapaganus Says: 😂😂😂 Nimugese ubwiyo basha Ubwino mubwihoze! Turabubona @Kibido8029 Says: Ibyo ariko sibyiza Ikinyamakuru nka "IGIHE " kubona mwiha umukuru w'ikindi gihugu mukamukoraho urwenya sibyo @damiennkaka7006 Says: Imitungo kamere tudafite Murwanda niyihe muhora muvuga? Impanto abarundi bafite baturusha niyihe? Serge? @FulgenceKwizera-v9x Says: Urumusuzi unuka wew rabana nivyanyu twebwe mutuveko mbega mwe mwarasaze mumitwe 😅😅 @JosephBanzira-r6i Says: Uburundi bugana mumanga urwanda narwo ngirango rugana mw'ijuru?Ukwokwihimbaza Imana iravyanka @hakizimanadesire1 Says: Ariko basha ndabona uburundi bwarababereye intambamyi ikomeye cane,uziko uretse Radio Rwanda yonyene itavuga cane amakuru y'uburundi,ahantu hose usanga abanyarwanda bahangayikishijwe n'uburundi,gusa iriya si RDC @FiacreIrambona-y1l Says: Haha ariko nta funga mukanda iba I Burundi muzobaze!😂😂😂 @yvesBigirimana-c9k Says: Ntaciza cova kuri CNDD-FDD,nabasuma gusa. @Slime-s5p Says: Ikibazo ciwawu ubu ibintu vyarazimvye nkincuro 10 !! Ariko ikibazo sico gusa , kuko nahandi vyarazimvye nubwo atarico kimwe natwe ! Ikibazo gikomeye nuko bizimba kandi ntibinaboneke!!!! Urumva naho woronka amahera yokubisuma urabibura !! Wumva umuti aruyuhe? President umubajije ngo turi muri edeni wew ngo ntaco abuze yifitiye stock mu nzu 🤦🏽♂️🙆🏽♂️ @ChristopheNduwa Says: Ibibazo mugendana mu mitwe yanyu, i Burundi NTA bihari @caritonkubwabo9997 Says: Ntangiye kwibaza ibibera mu bitangazamakuru byo mu Rwanda. Birasa nkaho ntacyo basigaranye kuvuga uretse u Burundi. Please leave Burundians alone! @jacques-chris Says: Ariko abarundi bafite icyo bita autosouffisance Alimentaire ,,,, kwihaza mubiribwa d’abord… wenda niho bahereye nibindi bizaza … Kandi ntankunga bavana hanze nkabandi … vraiment baragerageza 🙏 @NiyonkuruEmile-y5s Says: YESU yavuze ati bagirire imbabazi ntibazi ivyobakora. so namwe Imana Ibaharire ntimuzi ivyo muvuga. @nevergiveup-t Says: Icakoze uravye title nkumva nivyo muvuga biragaragara KO muri mukazi Kweri Gusa kimwe muraciriritse pe Muri musi cane yibipfu @bakunzigilbert8071 Says: No need to criticize others economy. Twakabaye twita kubyacu kuko natwe our economy ntihagaze neza nagato. Just tugiye no mumibare our economy irikujya habi kuruta iyabo mu criticizing. Urugero rufatika mumezi 8 ashize ifaranga ryacu rimaze gutakaza agaciro kukigero 3.8% mugiye iryabarundi ryagatakaze kugiro cya 0.06%. Imibare irivugira, bafite ibyabo bitameze neza ariko ntekereza ko ari mismanagement bafite atarikibazo cyubukungu cyane. Mugihe twebwe management ihari iri strong ariko our economy ikaba ikomeza kuhabarira. @BDIINFO Says: 😁😁😁🤣 @umuntu4898 Says: Murwanda inzara irikwica, izamuka itumbagira ryibiciro kwisoko, natwe ntabwo bitworoheye @janvieribirimimana770 Says: Reka twibaze ngo "ese U Rwanda dukomanyirijwe nkuko U Burundi byagenze twa survivinga" iyo topic nayo muzayikoreho Murakoze... @Marie-GorettiMuhitira Says: Très bonne analyse @mugambagyeeddy4963 Says: Iyi team yababagabo ndayikunda❤️❤️ @MathiasMvukabanka Says: Vuga ibiberekeye ivyacu mubihore @karibushi Says: Igihe, murakoze cyane. @SamuelManiriho-t8z Says: Neva abugejeje ku manga aharindimuka @Batahesaleh-uy1xr Says: Hewe haciye imyaka 10 abarundi barababwiye ko butavogerwa rero gerageza muvuge 😂😂😂😂 ico nzi Uburundi si RDC rero ubwo bukungu bumeze nabi harico baraza iwawe munzu iwawe ngo ngaburira?akagaye kanyu mwe ubukungu mufite ni nyabaki mwahaya Atari kwiba twarahevye turababwira MBE aha nihehe???😂😂😂😂 😂😂 Uburundi ntibwigera buvogerwa kandi nta rimwe vyigeze tumaze imyaka 10 ata fashanyo mbona tubayeho neza @JohndrwanEtinne Says: Abanyarwanda mur ibwebw mwabiyogotomw @prf5776 Says: Ibaze igihugu umuganga Dr ahembwa 450Fbu nukuvuga 50$ 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 @prf5776 Says: Shaaa Neva yaratwambitse ibara kabisa 😢😢😢 imyaka itanu atagitoro, imiti wapii, vyosee yaravyisheee nimwivugire mushimire Imana mwebwe ariko musabire uburundi kuko turi habii @ManirakizaJack-s6z Says: nihagire uvugamurimwe Uwumaze kugeriburundi Ese ivyanyuvyo gt😂😂 Bt zobagora @AbedRunezerwa Says: Hariho numushinga corora.isazi @alibaba-t9r7v Says: Mwiriwe. Serge wacu se disi ko microphone 🎤 ye iri kure akaba yongorera? 😢 @bizomenyimanaelias5455 Says: ushima abanyarwanda badufidiye ishari ngo ntamutungo kamere dufise 😂😂😂 10 to 20 parcent ya reserves ya nickel kwisi iriburundi dufise copper gold cobalt uranium terre rare nyishi ikizugu na lithium ndemeye ishari ririmukwica abanyarwanda hama mwarize funga mkanda @NGENDAHAYOEmmanuel-b2w Says: Namwe simwe kbsa muri ba Barengayabo More News Videos 32 Gusenya FDLR, Ibiganiro by'Abanye-Congo//MONUSCO n'Agahenge ka Luanda; Tshisekedi mu gihirahiro IGIHE TV Feb 27,2026 30 Umutwaro ku basore, gucana inyuma no gutendeka|| Uruhande rwa Saint Valentin rutavugwa IGIHE TV Feb 27,2026 31 Ubuzima bw&;abavuye i Iwawa || Bahindutse ba rwiyemezamirimo || Umutungo wa miliyoni 35 Frw IGIHE TV Feb 27,2026 27 Moses wa Moshions ashobora gufungwa indi myaka itatu// Umucamanza yamuhaye amahirwe ya nyuma IGIHE TV Feb 27,2026 32 Impinduka ni zose i Goma|| Twayisuye nyuma y&;umwaka igenzurwa na AFC/M23 IGIHE TV Feb 27,2026 32 Ndayishimiye yatangiye kuyobora AU|| Azasiga nkuru ki? IGIHE TV Feb 27,2026 27 Bapfuye vuba ndetse bidasanzwe | Barahumye | Ubuhamya ku mpfu z&;abantu 21 bazize inzoga IGIHE TV Feb 27,2026 27 Ibyo wamenya ku kirwa cya Iwawa|| Twagisuye|| Ubuzima bw&;abariyo IGIHE TV Feb 27,2026 29 Monetary Policy Committee and Financial Stability Committee || Kigali, 19 February 2026 IGIHE TV Feb 27,2026 26 Ibyo wamenya kuri &;aliens&;, ibivejuru Barack Obama yemeje ko bibaho IGIHE TV Feb 27,2026 25 Hari izigura miliyoni 12 Frw ku icupa || Inzoga zihenze mu Rwanda || Twaganiriye n'abazicuruza IGIHE TV Feb 27,2026 30 Inkuru y'abasaza bagororerwa Iwawa|| Batubwiye icyatumye bafatwa IGIHE TV Feb 27,2026 27 Inda yaba yasumbye indagu? || Icyeguriye Bad Rama guharabika u Rwanda IGIHE TV Feb 27,2026 32 Ni indwanyi kabuhariwe||Ibyihariye kuri Antonette Gorman, umugore uyobora ingabo za Jamaica IGIHE TV Feb 27,2026 26 Guhostinga mu tubari bisaba umutima ukomeye ll Bitandukanye no kwicuruza? ll Xinda yavuze IGIHE TV Feb 27,2026 33 Ntabwo bisuzuguritse|| Harimo uvuga indimi eshanu|| Inkuru y&;abamotari bize kaminuza IGIHE TV Feb 27,2026 260 Yafunzwe azira ifoto ya Perezida Kagame|| Ubuhamya bwa Dr. Abimana wahohotewe na FARDC IGIHE TV Feb 04,2026 243 Umuryango w&;umupolisi yagonze wamuhaye imbabazi: Ibishya mu rubanza rwa DJ Toxxyk IGIHE TV Feb 04,2026 237 Twasuye Umunyarwandakazi utwara ikamyo za rukururana zijya mu mahanga|| Inkuru ye iratangaje IGIHE TV Feb 04,2026 239 Yarwanye intambara zitabarika || Ibyo wamenya kuri Gen (Rtd) Fred Ibingira, umusirikare kuva mu buto IGIHE TV Feb 04,2026 222 Ingingo yo gucana inyuma ntivugwaho rumwe || Abagabo bati ntitunyurwa, abagore bararengana IGIHE TV Feb 04,2026 216 Ingendo z&;indege i Rubavu, imibanire na M23, FDLR n&;icyambu gishya|| Ikiganiro na Meya Mulindwa IGIHE TV Feb 04,2026 208 INDIBA Y&;IBIVUGWA: Twageze muri Goma imaze umwaka igenzurwa na M23|| Twabonye byinshi? IGIHE TV Feb 04,2026 272 Afri-Global Cooperation Programme : Young CEO's & Professional Business Meet-Up | Kigali, 30/01/26 IGIHE TV Feb 04,2026 205 Goma yari iri mu kaga || Corneille Nangaa yatubwiye byose kuri AFC/M23, kuva Uvira na Tshisekedi IGIHE TV Feb 04,2026 201 Umunsi baterwa n&;abacengezi | Ubuhamya bw&;Abanyeshuri b&;i Nyange n&;uko bagizwe Intwari IGIHE TV Feb 04,2026 215 ????Live: Kurikira umuhango w&;amasengesho yo gusengera igihugu IGIHE TV Feb 04,2026 208 Perezida Kagame na Madamu Jeannette Kagame bunamiye Intwari z&;Igihugu IGIHE TV Feb 04,2026
NEXT Umusaruro wa SchoolGEAR mu kwishyura amafaranga y'ishuri|| Yaciye uburiganya IGIHE TV Feb 27,2026
32 Gusenya FDLR, Ibiganiro by'Abanye-Congo//MONUSCO n'Agahenge ka Luanda; Tshisekedi mu gihirahiro IGIHE TV Feb 27,2026
30 Umutwaro ku basore, gucana inyuma no gutendeka|| Uruhande rwa Saint Valentin rutavugwa IGIHE TV Feb 27,2026
31 Ubuzima bw&;abavuye i Iwawa || Bahindutse ba rwiyemezamirimo || Umutungo wa miliyoni 35 Frw IGIHE TV Feb 27,2026
27 Moses wa Moshions ashobora gufungwa indi myaka itatu// Umucamanza yamuhaye amahirwe ya nyuma IGIHE TV Feb 27,2026
27 Bapfuye vuba ndetse bidasanzwe | Barahumye | Ubuhamya ku mpfu z&;abantu 21 bazize inzoga IGIHE TV Feb 27,2026
29 Monetary Policy Committee and Financial Stability Committee || Kigali, 19 February 2026 IGIHE TV Feb 27,2026
25 Hari izigura miliyoni 12 Frw ku icupa || Inzoga zihenze mu Rwanda || Twaganiriye n'abazicuruza IGIHE TV Feb 27,2026
32 Ni indwanyi kabuhariwe||Ibyihariye kuri Antonette Gorman, umugore uyobora ingabo za Jamaica IGIHE TV Feb 27,2026
26 Guhostinga mu tubari bisaba umutima ukomeye ll Bitandukanye no kwicuruza? ll Xinda yavuze IGIHE TV Feb 27,2026
33 Ntabwo bisuzuguritse|| Harimo uvuga indimi eshanu|| Inkuru y&;abamotari bize kaminuza IGIHE TV Feb 27,2026
260 Yafunzwe azira ifoto ya Perezida Kagame|| Ubuhamya bwa Dr. Abimana wahohotewe na FARDC IGIHE TV Feb 04,2026
243 Umuryango w&;umupolisi yagonze wamuhaye imbabazi: Ibishya mu rubanza rwa DJ Toxxyk IGIHE TV Feb 04,2026
237 Twasuye Umunyarwandakazi utwara ikamyo za rukururana zijya mu mahanga|| Inkuru ye iratangaje IGIHE TV Feb 04,2026
239 Yarwanye intambara zitabarika || Ibyo wamenya kuri Gen (Rtd) Fred Ibingira, umusirikare kuva mu buto IGIHE TV Feb 04,2026
222 Ingingo yo gucana inyuma ntivugwaho rumwe || Abagabo bati ntitunyurwa, abagore bararengana IGIHE TV Feb 04,2026
216 Ingendo z&;indege i Rubavu, imibanire na M23, FDLR n&;icyambu gishya|| Ikiganiro na Meya Mulindwa IGIHE TV Feb 04,2026
208 INDIBA Y&;IBIVUGWA: Twageze muri Goma imaze umwaka igenzurwa na M23|| Twabonye byinshi? IGIHE TV Feb 04,2026
272 Afri-Global Cooperation Programme : Young CEO's & Professional Business Meet-Up | Kigali, 30/01/26 IGIHE TV Feb 04,2026
205 Goma yari iri mu kaga || Corneille Nangaa yatubwiye byose kuri AFC/M23, kuva Uvira na Tshisekedi IGIHE TV Feb 04,2026
201 Umunsi baterwa n&;abacengezi | Ubuhamya bw&;Abanyeshuri b&;i Nyange n&;uko bagizwe Intwari IGIHE TV Feb 04,2026
YOUTUBE COMMENTS