<<@AlexisNzayisenga-w2s says : iburundi nibikome gurya bazahora down 😅>> <<@mvunyiviateur3212 says : Ndumurundi uwumutype araciye ubwenge kandi ibintu avuga nivyo 100%>> <<@yaka_nzovu says : ABARUNDI ubwenge bwabo abenshi mbona aribumwe🤣🤣🤣>> <<@yaka_nzovu says : ABARUNDI barasekeje>> <<@alexisniyo6812 says : Ese inteko ishingamategeko y'uburundi ibona gufanga umupaka byarabunguye iki cg se byarahomboje iki ? Nta kiganiro mpaka cyabaye kuri iki kibazo.>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : Ututunyarwanda kombona turajwe ishinga nuburundi kuvaho twugaye umupaka abanyarwanda baguma bidoga twakubise ahababaza sha umurundi yubahwe>> <<@JeanBaptisteKatagikura says : Mwabuze ivyo muvuga>> <<@JeanBaptisteKatagikura says : Wogabanya umunwa ko utaco ubiziko ugasesengura ivyu rwanda>>
VideoPro
>>