<<@fabienbazatsinda6812
says :
None agomba gusaba nde uburenganzira bwo kunywana n'uwo ashaka ? N'ubwo yanywana na shitani ibyo ni akazi ke.
>>
<<@diomedendikumagenge3240
says :
Fdrl ntibaho iyo nimitwe yo kugira muteze akajagari, kuko mwebwe abanyarwanda muri barusahuriramunduru
>>
<<@HavyarimanaJeanclaude-c9s
says :
Nimwemange karabaye musigaye mumeze nkintare itagiramenyo bavuga ko ibaribihanga namwumuti wanyu warabonetse muvyanke muvyemere muzowunwa tu nahurura
>>
<<@Batahesaleh-uy1xr
says :
Ngo hageze uvira hewe aho yavugiye nyeka Uvira iba yarafashwe ππππ kumajambo yaweπππ nyeka kisekhedi aba yarapfuye canke mwarafashe igihugu nka 1996 ππππ
>>
<<@ck2497
says :
I love Tite for his analysis capacity β€β€β€
>>
<<@Batahesaleh-uy1xr
says :
ππππ hewe harya muzovayo ndabarahiye ariko ngo mushaka Uburundi ko buvayo MWe muveyoππππ reka reka ivyashitse 1996 bagiriza prΓ©sident Ntibantunganye ngo Ni FDLR kubera Buyoya agaruke ubu vyararangiye harya kumupaka wacu nta munyarwanda ndukeneye Uvira ni umutima wa Bujumbura rero umutekano wacu ni ishingano ryacuππππ Never kubita izo bandi
>>
<<@Batahesaleh-uy1xr
says :
ππππ hampa mwaje mukazikura mu Burundiππππ hewe iyo FDLR ni coltan none barigukubita ahababaza NGO Never ππππ Never kubita ahababaza kuko warabakubise
>>
<<@DCOCTOPUS
says :
Congolese and the world have a moral obligatory authority to never allow Kagame and his killing machine to export his concentration camp into the territories of the DRC π½
>>
<<@Bolingo-c2i
says :
Nta m23 izabasanga i Bujumbura ibyo namwe nugushyushya nifate Uvira Neva nazana umutwe munini bazabone kumusangayo. Gusa m23/Twirwaneho nirwane ku Banyamulenge nukuri barashira niba nta gukozwe. Kagame ntabwo yakicarana niriya njiji y'ibimyira...
>>
<<@bizomenyimanaelias5455
says :
Never turakwemera cane wakubise ahababaza abanyarwanda baguma bakuvuga buri kanya biboneka kwinyungu zurwanda wazikubise ishuti
>>
<<@UwambajeTheresa-yh9uc
says :
Sinakubwiye. Ko. Neva. Atagira. Ukuri. Ahubwo. Namayeri.
>>
NEXT VIDEO
>>